Abalewi 20:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nanje nzoshinga igitsure canje* uyo muntu, ndamurandure mu bantu b’iwabo+, kuko yahaye uwo mu ruvyaro rwiwe Moleki kugira ahumanye aheranda hanje+ no kugira ahumanye izina ryanje ryeranda+.
3 Nanje nzoshinga igitsure canje* uyo muntu, ndamurandure mu bantu b’iwabo+, kuko yahaye uwo mu ruvyaro rwiwe Moleki kugira ahumanye aheranda hanje+ no kugira ahumanye izina ryanje ryeranda+.