Yeremiya 14:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi abantu babwira ubuhanuzi bazoshiburirwa mu mabarabara ya Yeruzalemu kubera ikigoyi n’inkota, ntihagire uwubahamba, bo ubwabo n’abagore babo n’abahungu babo n’abakobwa babo+. Nzobasukako ivyago vyabo+.’
16 Kandi abantu babwira ubuhanuzi bazoshiburirwa mu mabarabara ya Yeruzalemu kubera ikigoyi n’inkota, ntihagire uwubahamba, bo ubwabo n’abagore babo n’abahungu babo n’abakobwa babo+. Nzobasukako ivyago vyabo+.’