6 Ndaheza mvuga+ nti: “Ewe Mana yanje, numva koko maramaye+ kandi mfise ubuyega+ ku buryo ntoraramurira mu maso hanje kuri wewe, ewe Mana yanje, kuko amakosa+ yacu yagwiriye ku mutwe wacu, ukwagirwa n’icaha kwacu na kwo kukaba kwabaye kwinshi gushika no mu majuru+.