Yeremiya 7:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ishavu ryanje n’ubushangashirwe bwanje bigira bisukwe aha hantu+, ku muntu no ku gitungwa, no ku giti co mw’ishamba+ no ku vyamwa vy’ubutaka; buzokwaka, kandi ntibuzozima+.’
20 Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ishavu ryanje n’ubushangashirwe bwanje bigira bisukwe aha hantu+, ku muntu no ku gitungwa, no ku giti co mw’ishamba+ no ku vyamwa vy’ubutaka; buzokwaka, kandi ntibuzozima+.’