Itanguriro 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo Nowa agira ubutoni mu maso ya Yehova. Yesaya 54:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Ivyo ni nk’imisi ya Nowa kuri jewe+. Nk’uko narahiye yuko amazi ya Nowa atazokwongera guca hejuru y’isi+, ni ko narahiye yuko ntazokurakarira canke ngo nguhambarire+. Abaheburayo 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kubera ukwizera, Nowa+ amaze kuburirwa n’Imana ku bintu bitari bwabonwe+, yarerekanye ugutinya Imana arubaka ubwato+ bwo gukiza urugo rwiwe; kandi biciye kuri ukwo kwizera yaratsindishije isi+, aba samuragwa w’ubugororotsi+ bujanye n’ukwizera.
9 “Ivyo ni nk’imisi ya Nowa kuri jewe+. Nk’uko narahiye yuko amazi ya Nowa atazokwongera guca hejuru y’isi+, ni ko narahiye yuko ntazokurakarira canke ngo nguhambarire+.
7 Kubera ukwizera, Nowa+ amaze kuburirwa n’Imana ku bintu bitari bwabonwe+, yarerekanye ugutinya Imana arubaka ubwato+ bwo gukiza urugo rwiwe; kandi biciye kuri ukwo kwizera yaratsindishije isi+, aba samuragwa w’ubugororotsi+ bujanye n’ukwizera.