Itanguriro 19:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kandi igihe Imana yahonya ibisagara vyo muri iyo Ntara, yariyumviriye Aburahamu mu kugira ico ikoze igakiza Loti agatikizo, igihe yatikiza ibisagara Loti yabamwo+. Abaheburayo 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kubera ukwizera, Nowa+ amaze kuburirwa n’Imana ku bintu bitari bwabonwe+, yarerekanye ugutinya Imana arubaka ubwato+ bwo gukiza urugo rwiwe; kandi biciye kuri ukwo kwizera yaratsindishije isi+, aba samuragwa w’ubugororotsi+ bujanye n’ukwizera.
29 Kandi igihe Imana yahonya ibisagara vyo muri iyo Ntara, yariyumviriye Aburahamu mu kugira ico ikoze igakiza Loti agatikizo, igihe yatikiza ibisagara Loti yabamwo+.
7 Kubera ukwizera, Nowa+ amaze kuburirwa n’Imana ku bintu bitari bwabonwe+, yarerekanye ugutinya Imana arubaka ubwato+ bwo gukiza urugo rwiwe; kandi biciye kuri ukwo kwizera yaratsindishije isi+, aba samuragwa w’ubugororotsi+ bujanye n’ukwizera.