ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Kandi sinzobura kubazanako inkota y’uguhōra+ ku bw’isezerano+; kandi muzokwitera mu bisagara vyanyu, nanje ata gukeka ndungike ikiza hagati muri mwebwe+, kandi muzotegerezwa gutangwa mu kuboko kw’umwansi+.

  • Yeremiya 25:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 ehe ngira ntume intumwa, kandi nzotora imiryango yose yo mu buraruko+,” ni ko Yehova avuze, “egome, ngira ntume kuri Nebukadirezari umwami wa Babiloni, umusavyi wanje+, maze nzobazana batere iki gihugu+ n’abakibamwo n’aya mahanga yose ari irya n’ino+; kandi nzobatikiza ndabagire akajoreza n’ikintu co kuvugiriza agahwa+ n’ahantu hatikijwe gushika igihe kitagira urugero+.

  • Ezekiyeli 5:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ica gatatu cawe, bazokwicwa n’ikiza+, barangizwe n’ikigoyi hagati muri wewe+. Ica gatatu kindi, bazogwishwa n’inkota irya n’ino yawe. Ica gatatu ca nyuma na co, nzogisanzariza mu miyaga yose+, kandi inkota ni yo nzosokora inyuma yabo+.

  • Ezekiyeli 21:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ubwire ubutaka bwa Isirayeli uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ehe ngira nkurwanye+, kandi nzosokora inkota yanje mu rwubati+ rwayo, ndandure iwawe umugororotsi n’umubisha+.

  • Ezekiyeli 38:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “‘Nzomuhamagarirako inkota mu karere kanje kose k’imisozi,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+. ‘Inkota y’umuntu wese izobangurirwa mwene wabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika