Gusubira mu vyagezwe 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi muze muzigumye kandi muzishitse, kuko kuri mwebwe ivyo ari ubukerebutsi+ n’ugutegera+ mu maso y’ibisata vy’abantu bizokwumva ivy’izo ngingo nyobozi zose, kandi ntibazobura kuvuga ngo: ‘Iri hanga rikomeye, mu vy’ukuri ni abantu bakerebutse kandi bafise ugutegera+.’ 2 Samweli 7:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Vyongeye, ni ihanga rimwe irihe mw’isi rimeze nk’abantu bawe Isirayeli+, abo wewe Imana wagiye kwicungurira bwa gisata c’abantu+, kugira wiheshe izina+ no kugira ukigirire ibintu bikomeye kandi biteye ubwoba+—ngo wirukane amahanga n’imana zayo ku bw’abantu bawe wicunguriye+ ubakuye mu Misiri? 1 Abami 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi umwamikazi wa Sheba+ yarumva inkuru yerekeye Salomo ku bijanye n’izina rya Yehova+. Aza rero kumugeza n’ibibazo bigoye+. Zaburi 50:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Imana ubwayo yasayanganye+ iri i Siyoni, bwa bwiza butagira akanenge+. Gucura intimba 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abahita ku nzira bose bakubise amashi ku yandi baguhema+.Bavugije agahwa+ kandi baguma bazungiriza umutwe+ umukobwa wa Yeruzalemu, bavuga bati:“Mbega iki ni ca gisagara bahora bavuga ngo: ‘Ni ubwiza butagira akanenge, umwigino w’isi yose+’?”
6 Kandi muze muzigumye kandi muzishitse, kuko kuri mwebwe ivyo ari ubukerebutsi+ n’ugutegera+ mu maso y’ibisata vy’abantu bizokwumva ivy’izo ngingo nyobozi zose, kandi ntibazobura kuvuga ngo: ‘Iri hanga rikomeye, mu vy’ukuri ni abantu bakerebutse kandi bafise ugutegera+.’
23 Vyongeye, ni ihanga rimwe irihe mw’isi rimeze nk’abantu bawe Isirayeli+, abo wewe Imana wagiye kwicungurira bwa gisata c’abantu+, kugira wiheshe izina+ no kugira ukigirire ibintu bikomeye kandi biteye ubwoba+—ngo wirukane amahanga n’imana zayo ku bw’abantu bawe wicunguriye+ ubakuye mu Misiri?
10 Kandi umwamikazi wa Sheba+ yarumva inkuru yerekeye Salomo ku bijanye n’izina rya Yehova+. Aza rero kumugeza n’ibibazo bigoye+.
2 Imana ubwayo yasayanganye+ iri i Siyoni, bwa bwiza butagira akanenge+. Gucura intimba 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abahita ku nzira bose bakubise amashi ku yandi baguhema+.Bavugije agahwa+ kandi baguma bazungiriza umutwe+ umukobwa wa Yeruzalemu, bavuga bati:“Mbega iki ni ca gisagara bahora bavuga ngo: ‘Ni ubwiza butagira akanenge, umwigino w’isi yose+’?”
15 Abahita ku nzira bose bakubise amashi ku yandi baguhema+.Bavugije agahwa+ kandi baguma bazungiriza umutwe+ umukobwa wa Yeruzalemu, bavuga bati:“Mbega iki ni ca gisagara bahora bavuga ngo: ‘Ni ubwiza butagira akanenge, umwigino w’isi yose+’?”