Zaburi 106:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Baguma bavisha amaraso y’intungane+,Amaraso y’abahungu babo n’abakobwa babo,Abo bashikaniye ibigirwamana vy’i Kanani+;Igihugu kiraheza gihumanywa n’ugusesa amaraso+. Yeremiya 2:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Vyongeye, mu mpuzu* zawe habonetse ibirabagu vy’amaraso y’aboro b’intungane+. Ntibishwe ngo ni uko bariko bamena inzu, ariko ibirabagu vy’amaraso yabo nabisanze ku mpuzu zawe zose+.
38 Baguma bavisha amaraso y’intungane+,Amaraso y’abahungu babo n’abakobwa babo,Abo bashikaniye ibigirwamana vy’i Kanani+;Igihugu kiraheza gihumanywa n’ugusesa amaraso+.
34 Vyongeye, mu mpuzu* zawe habonetse ibirabagu vy’amaraso y’aboro b’intungane+. Ntibishwe ngo ni uko bariko bamena inzu, ariko ibirabagu vy’amaraso yabo nabisanze ku mpuzu zawe zose+.