Yeremiya 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yehova abandanya kumbwira ati: “Isirayeli w’umuhemu yerekanye ko umutima wiwe ugororotse kuruta Yuda w’umuhemu+. Matayo 12:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Abagabo b’i Ninewe bazohagurukana n’iri yaruka mu rubanza+ baritsindishe+; kuko bigaye aho bumviye ivyo Yona+ yamamaza, mugabo, ehe ng’aha hari ikiruta Yona.
11 Yehova abandanya kumbwira ati: “Isirayeli w’umuhemu yerekanye ko umutima wiwe ugororotse kuruta Yuda w’umuhemu+.
41 Abagabo b’i Ninewe bazohagurukana n’iri yaruka mu rubanza+ baritsindishe+; kuko bigaye aho bumviye ivyo Yona+ yamamaza, mugabo, ehe ng’aha hari ikiruta Yona.