Ezekiyeli 36:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Egome, nzobagwizako abantu n’ibitungwa+, kandi bizogwira koko, birondoke; nzotuma bababamwo nk’uko mwahora+, ndabakorere ineza kuruta uko vyari mu ntango yanyu+; kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+. Malaki 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi ishikanwa rya Yuda na Yeruzalemu rizoba irihimbara Yehova vy’ukuri+, nko mu misi yahise no mu myaka ya kera cane+.
11 Egome, nzobagwizako abantu n’ibitungwa+, kandi bizogwira koko, birondoke; nzotuma bababamwo nk’uko mwahora+, ndabakorere ineza kuruta uko vyari mu ntango yanyu+; kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+.
4 Kandi ishikanwa rya Yuda na Yeruzalemu rizoba irihimbara Yehova vy’ukuri+, nko mu misi yahise no mu myaka ya kera cane+.