Gusubira mu vyagezwe 28:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Kavamahanga aba hagati yawe azoguma arushiriza kuduga aja hejuru yawe, ariko weho, uzoguma urushiriza kumanuka uja hasi+. 1 Samweli 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova ni Uwukenesha+ akaba n’Uwutungisha+,Uwucisha bugufi akaba n’Uwushira hejuru+,
43 Kavamahanga aba hagati yawe azoguma arushiriza kuduga aja hejuru yawe, ariko weho, uzoguma urushiriza kumanuka uja hasi+.