ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 31:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Baragowe abamanuka mu Misiri kurondera imfashanyo+, abishimira amafarasi gusa+, bagashira ivyizigiro vyabo mu mikogote y’intambara+, kuko ari myinshi, no mu mafarasi y’imbangutsi, kuko ari ay’inkomezi nyinshi, mugabo batahanze amaso wa Mweranda wa Isirayeli kandi ntibarondere Yehova ubwiwe+.

  • Yeremiya 37:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ibi abe ari vyo mubwira umwami wa Yuda abatumye kuri jewe kunsiguza+, muti: “Ehe, inteko za gisirikare za Farawo zije kuri mwebwe kugira zibafashe zizobwirizwa gusubira mu gihugu cazo, ari co Misiri+.

  • Gucura intimba 4:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Mu gihe tukiriho, amaso yacu aguma agwabirira ubusa areretse imfashanyo tworonka+.

      Mu gihe twari tureretse, twareretse ihanga ridashobora kuzana ubukiriro+.

  • Ezekiyeli 29:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kandi ababa mu Misiri bose bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+, kuko babereye inzu ya Isirayeli irenga, bwa cishimikizo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika