Yeremiya 33:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 no ku bijanye n’abaza kurwanya Abakaludaya no kwuzuza ibibanza imivyimba y’abantu nasasitse mw’ishavu ryanje no mu bushangashirwe bwanje+, no kubera abantu bose batumye mpisha iki gisagara mu maso hanje bitumwe n’ububi bwabo+,
5 no ku bijanye n’abaza kurwanya Abakaludaya no kwuzuza ibibanza imivyimba y’abantu nasasitse mw’ishavu ryanje no mu bushangashirwe bwanje+, no kubera abantu bose batumye mpisha iki gisagara mu maso hanje bitumwe n’ububi bwabo+,