Ezekiyeli 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “‘“Ni co gituma ba se bazorya abana babo hagati muri wewe+, abana na bo barye ba se, kandi nzoshitsa imanza muri wewe, igisigarira cawe cose ndagisanzarize mu miyaga yose+.”’ Ezekiyeli 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi abari irya n’ino yiwe bo kumutabara, be n’inteko ziwe zose, nzobasanzariza mu miyaga yose+; kandi nzosokora inkota inyuma yabo+.
10 “‘“Ni co gituma ba se bazorya abana babo hagati muri wewe+, abana na bo barye ba se, kandi nzoshitsa imanza muri wewe, igisigarira cawe cose ndagisanzarize mu miyaga yose+.”’
14 Kandi abari irya n’ino yiwe bo kumutabara, be n’inteko ziwe zose, nzobasanzariza mu miyaga yose+; kandi nzosokora inkota inyuma yabo+.