ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 19:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ni izo kwipfuzwa kuruta inzahabu, egome, kuruta inzahabu nyinshi zityoroye+;

      Kandi zisosa kuruta ubuki+ be na bwa buki butemba bwo mu bimamara+.

  • Zaburi 119:103
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 103 Ewe kuntu amajambo yawe yasoseye amagage yanje,

      Agasosera akanwa kanje kuruta ubuki+!

  • Yeremiya 15:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Amajambo yawe yarabonetse, ndayarya+; ijambo ryawe rimbereye umwigino+ n’umunezero w’umutima wanje+; kuko nitiriwe izina ryawe+, ewe Yehova Mana nyen’ingabo+!

  • Ivyahishuwe 10:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nca nja kuri wa mumarayika ndamubwira kumpa ka kazingo gatoya. Araheza ambwira ati: “Kakire ukarye+, kandi kaza gutuma mu nda yawe harura, mugabo mu kanwa kawe kaza gusosa nk’ubuki.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika