Abaheburayo 10:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 “Mugabo umugororotsi wanje azobeshwaho n’ukwizera+,” kandi, “asubiye inyuma, umutima* wanje ntuhimbarwa na we+.” 2 Yohani 8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mwiyubare, kugira ngo ntimutakaze ibintu twashitseko biciye ku gikorwa twakoze, mugabo kugira muronke impembo yuzuye+.
38 “Mugabo umugororotsi wanje azobeshwaho n’ukwizera+,” kandi, “asubiye inyuma, umutima* wanje ntuhimbarwa na we+.”
8 Mwiyubare, kugira ngo ntimutakaze ibintu twashitseko biciye ku gikorwa twakoze, mugabo kugira muronke impembo yuzuye+.