Yeremiya 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mugabo jewe, ehe uyu musi nkugize igisagara gikingijwe ibihome, nkugira n’inkingi y’icuma n’impome z’umujumpu+ ku gihugu cose+, ngo uhangane n’abami ba Yuda, n’abaganwa baho, n’abaherezi baho be n’abanyagihugu+.
18 Mugabo jewe, ehe uyu musi nkugize igisagara gikingijwe ibihome, nkugira n’inkingi y’icuma n’impome z’umujumpu+ ku gihugu cose+, ngo uhangane n’abami ba Yuda, n’abaganwa baho, n’abaherezi baho be n’abanyagihugu+.