Yesaya 62:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yehova yararahiye n’ukuryo kwiwe+ be n’ukuboko kwiwe gukomeye+ ati: “Sinzokwongera gutanga intete zawe ngo zibere ibifungurwa abansi bawe+, eka n’abanyamahanga ntibazonywa umuvinyu wawe mushasha+ wacumukuriye.
8 Yehova yararahiye n’ukuryo kwiwe+ be n’ukuboko kwiwe gukomeye+ ati: “Sinzokwongera gutanga intete zawe ngo zibere ibifungurwa abansi bawe+, eka n’abanyamahanga ntibazonywa umuvinyu wawe mushasha+ wacumukuriye.