Yesaya 50:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo Umukama Segaba Yehova ubwiwe azontabara+. Ni co gituma ntazoteterwa. Ni co gituma mu maso hanje nahagize nk’ibuye ry’isare, kandi ndazi ko ntazomaramara+. Zakariya 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Umutima wabo+ bawugize nk’ibuye rikomantaye kugira ngo ntibagamburuke itegeko+ be n’amajambo Yehova nyen’ingabo yarungitse akoresheje impwemu yiwe+, biciye ku bahanuzi ba kera+, bituma Yehova nyen’ingabo arakara cane+.”
7 Mugabo Umukama Segaba Yehova ubwiwe azontabara+. Ni co gituma ntazoteterwa. Ni co gituma mu maso hanje nahagize nk’ibuye ry’isare, kandi ndazi ko ntazomaramara+.
12 Umutima wabo+ bawugize nk’ibuye rikomantaye kugira ngo ntibagamburuke itegeko+ be n’amajambo Yehova nyen’ingabo yarungitse akoresheje impwemu yiwe+, biciye ku bahanuzi ba kera+, bituma Yehova nyen’ingabo arakara cane+.”