Kuvayo 13:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi bitegerezwa kukubera ikimenyetso ku kuboko kwawe n’icibutso hagati y’amaso yawe+, kugira ngo itegeko rya Yehova ribe mu kanwa kawe+; kuko biciye ku kiganza gikomeye ari ho Yehova yagukuye mu Misiri+. Kuvayo 31:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Nayo wewe, barira bene Isirayeli uti: ‘Canecane amasabato yanje mubwirizwa kuyubahiriza+, kuko ari ikimenyetso hagati yanje namwe mu mayaruka yanyu, kugira mumenye yuko jewe Yehova ndiko ndabeza+. Kuvayo 35:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Imisi itandatu ni yo igikorwa gishobora gukorwamwo+, mugabo umusi ugira indwi uzocika ikintu ceranda kuri mwebwe, isabato y’akaruhuko kuzuye kuri Yehova. Umuntu wese azokora igikorwa kuri wo azokwicwa+.
9 Kandi bitegerezwa kukubera ikimenyetso ku kuboko kwawe n’icibutso hagati y’amaso yawe+, kugira ngo itegeko rya Yehova ribe mu kanwa kawe+; kuko biciye ku kiganza gikomeye ari ho Yehova yagukuye mu Misiri+.
13 “Nayo wewe, barira bene Isirayeli uti: ‘Canecane amasabato yanje mubwirizwa kuyubahiriza+, kuko ari ikimenyetso hagati yanje namwe mu mayaruka yanyu, kugira mumenye yuko jewe Yehova ndiko ndabeza+.
2 Imisi itandatu ni yo igikorwa gishobora gukorwamwo+, mugabo umusi ugira indwi uzocika ikintu ceranda kuri mwebwe, isabato y’akaruhuko kuzuye kuri Yehova. Umuntu wese azokora igikorwa kuri wo azokwicwa+.