Yosuwa 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abanyakanani n’ababa mu gihugu bose bazovyumva, badukikuze ata gukeka, maze barandure izina ryacu kw’isi+; none uzokora iki ku bw’izina ryawe rihambaye+?” Ezekiyeli 36:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Bwira rero inzu ya Isirayeli uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Singira ndabikore ku bwanyu, ewe nzu ya Isirayeli, mugabo ni ku bw’izina ryanje ryeranda mwahumanije mu mahanga mwajemwo+.”’
9 Abanyakanani n’ababa mu gihugu bose bazovyumva, badukikuze ata gukeka, maze barandure izina ryacu kw’isi+; none uzokora iki ku bw’izina ryawe rihambaye+?”
22 “Bwira rero inzu ya Isirayeli uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Singira ndabikore ku bwanyu, ewe nzu ya Isirayeli, mugabo ni ku bw’izina ryanje ryeranda mwahumanije mu mahanga mwajemwo+.”’