Yesaya 28:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ndiko nshira i Siyoni+ ibuye+ ryo kuba umushinge, ibuye ryageragejwe+, imfuruka y’agaciro+ y’umushinge udakekeranywa+. Nta n’umwe aryizera azota umutwe+. Daniyeli 2:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Wagumye uraba kugeza aho ibuye risituriwe+, ridasituwe n’amaboko, rigakubita ca gishusho ku birenge vyaco vy’icuma n’ibumba ribumbabumvye rikabijanjagura+.
16 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ndiko nshira i Siyoni+ ibuye+ ryo kuba umushinge, ibuye ryageragejwe+, imfuruka y’agaciro+ y’umushinge udakekeranywa+. Nta n’umwe aryizera azota umutwe+.
34 Wagumye uraba kugeza aho ibuye risituriwe+, ridasituwe n’amaboko, rigakubita ca gishusho ku birenge vyaco vy’icuma n’ibumba ribumbabumvye rikabijanjagura+.