ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 7:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ni co gituma uhambaye koko+, ewe Mukama Segaba Yehova; kuko ata wundi ariho ameze nkawe+ kandi ata Mana iriho kiretse wewe+, mu zo twumvise n’amatwi yacu zose.

  • Zaburi 96:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Kuko Yehova ahambaye+ kandi ni uwo gushemezwa rwose.

      Arateye ubwoba hejuru y’izindi mana zose+.

  • Zaburi 145:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Yehova arahambaye kandi ni uwo gushemezwa rwose+,

      Kandi ubukuru bwiwe ntibuserangurika+.

  • Yeremiya 32:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Umwe agirira ubuntu bwuzuye urukundo ibihumbi+, kandi akishura ikosa rya ba se mu gikiriza c’abahungu babo mu nyuma zabo+, wewe Mana y’ukuri, Umwe ahambaye+, Umwe w’umunyabushobozi+, Yehova nyen’ingabo+ akaba ari ryo zina ryiwe+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika