Esiteri 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Igihe nya bigeme b’isugi+ bakoranirizwa hamwe ubugira kabiri, Morudekayi yari yicaye mw’irembo ry’umwami+. Esiteri 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Abasuku b’umwami bose bari mw’irembo ry’umwami+ baza barunamira Hamani bagakubita inkoro hasi imbere yiwe, kuko ukwo ari ko umwami yari yategetse ku bimwerekeye. Mugabo Morudekayi we, ntiyunama canke ngo akubite inkoro hasi+. Yeremiya 39:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko abaganwa bose b’umwami wa Babiloni barinjira, bicara mw’Irembo ryo Hagati+, ari bo Nerigali-sharezeri, Samugari-nebo, Sarisekimu, Rabusarisi*, Nerigali-sharezeri Rabumagi* n’abaganwa bose b’umwami wa Babiloni basigaye. Amosi 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nimwanke ikibi, mukunde iciza+, mu he ubutungane ikibanza mw’irembo+. Kumbure Yehova ya Ma na nyen’ingabo azogirira ubutoni+ abasigaye ba Yozefu+.’
19 Igihe nya bigeme b’isugi+ bakoranirizwa hamwe ubugira kabiri, Morudekayi yari yicaye mw’irembo ry’umwami+.
2 Abasuku b’umwami bose bari mw’irembo ry’umwami+ baza barunamira Hamani bagakubita inkoro hasi imbere yiwe, kuko ukwo ari ko umwami yari yategetse ku bimwerekeye. Mugabo Morudekayi we, ntiyunama canke ngo akubite inkoro hasi+.
3 Nuko abaganwa bose b’umwami wa Babiloni barinjira, bicara mw’Irembo ryo Hagati+, ari bo Nerigali-sharezeri, Samugari-nebo, Sarisekimu, Rabusarisi*, Nerigali-sharezeri Rabumagi* n’abaganwa bose b’umwami wa Babiloni basigaye.
15 Nimwanke ikibi, mukunde iciza+, mu he ubutungane ikibanza mw’irembo+. Kumbure Yehova ya Ma na nyen’ingabo azogirira ubutoni+ abasigaye ba Yozefu+.’