Yesaya 43:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Niwaca mu mazi+, nzobana nawe+; mu nzuzi na ho, ntizizokurengera+. Niwaca mu muriro, ntuzobabuka, eka n’urubeya ntiruzoguturira+. Abaheburayo 11:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 barahagarika inguvu z’umuriro+, barakira ubugi bw’inkota+, baragirwa abanyabubasha kandi bari goyigoyi+, baraba intwari mu ntambara+, barakinagiza ingabo z’abanyamahanga+.
2 Niwaca mu mazi+, nzobana nawe+; mu nzuzi na ho, ntizizokurengera+. Niwaca mu muriro, ntuzobabuka, eka n’urubeya ntiruzoguturira+.
34 barahagarika inguvu z’umuriro+, barakira ubugi bw’inkota+, baragirwa abanyabubasha kandi bari goyigoyi+, baraba intwari mu ntambara+, barakinagiza ingabo z’abanyamahanga+.