ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 3:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ubwinshi bw’imisi buri mu kuryo kwabwo+; mu kubamfu kwabwo hari ubutunzi n’ubuninahazwa+.

  • Yesaya 14:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kandi ibisata vy’abantu bizobatora bibazane ahantu habo, kandi inzu ya Isirayeli izobijanira bwa kintu bigabira ku butaka bwa Yehova, ari abasuku n’abasukukazi+; bazogira imbohe+ abari babagize imbohe, kandi bazoganza abahora babahindagiza ku bikorwa+.

  • Daniyeli 2:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Nuko umwami agira Daniyeli uwuhambaye+, amuha ingabirano zihambaye nyinshi, yongera amugira umutware w’intara y’ubutware yose ya Babiloni+, n’umutware mukuru aganza inkerebutsi zose za Babiloni.

  • Daniyeli 5:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Uwo mwanya Belushazari atanga itegeko, bambika Daniyeli impuzu y’umuyugubwe, n’urunigi rw’inzahabu mw’izosi; batangaza ku bimwerekeye yuko agiye kuba umutware agira gatatu mu bwami+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika