22 Mu mwaka wa mbere wa Kuro+ umwami w’Ubuperesi+, kugira ngo ijambo rya Yehova+ ryavuzwe n’akanwa ka Yeremiya+ riranguke, Yehova akabura impwemu+ ya Kuro umwami w’Ubuperesi, ku buryo ategeka ko haterwa akamo mu bwami bwiwe bwose, bigashirwa no mu nyandiko+, ngo: