Guharura 6:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yehova atume mu maso hiwe hagukayanganirako+ yongere agutoneshe+. Zaburi 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Hari benshi bavuga ngo: “Ni nde azotwereka iciza?”Nuturasireko umuco wo mu maso hawe+, Yehova we! Zaburi 67:1 Bibiliya y’isi nshasha 67 Imana ubwayo izotugirira ubutoni kandi iduhezagire+;Izotuma mu maso hayo hakayanganira kuri twebwe+—Sela—
67 Imana ubwayo izotugirira ubutoni kandi iduhezagire+;Izotuma mu maso hayo hakayanganira kuri twebwe+—Sela—