Itanguriro 18:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Aburahamu aregera rero maze avuga ati: “Ubwo vy’ukuri uzohonereza hamwe umugororotsi n’umubisha+? Malaki 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Namwe ntimuzobura kwongera kubona ubudasa buri hagati y’umugororotsi n’umubisha+, hagati y’uwukorera Imana n’uwutayikoreye+.” 2 Petero 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,
18 Namwe ntimuzobura kwongera kubona ubudasa buri hagati y’umugororotsi n’umubisha+, hagati y’uwukorera Imana n’uwutayikoreye+.”
9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,