ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 12:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko abandanya kuvuga ati: “Ndabinginze mwumve amajambo yanje. Iyo muri mwebwe haba hari umuhanuzi wa Yehova, nari kumwimenyesha mw’iyerekwa+. Novuganye na we mu ndoto+.

  • Yobu 33:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mu ndoto+, mw’iyerekwa+ ryo mw’ijoro,

      Igihe itiro rirerire rihwikiye abantu,

      Mu gatiro ku gitanda+.

  • Zaburi 25:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ubugenzi somambike na Yehova ni ubw’abamutinya+,

      Mbere n’isezerano ryiwe, kugira aribamenyeshe+.

  • Daniyeli 2:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Ariko mu majuru hariho Imana ihishura amabanga+, kandi yamenyesheje Umwami Nebukadinezari ibibwirizwa kuba mu kiringo ca nyuma c’imisi+. Indoto yawe be n’ivyo weretswe mu mutwe wawe uri ku gitanda cawe, ng’ibi:

  • 1 Abakorinto 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko, ni nde mu bantu azi ibintu vy’umuntu atari impwemu+ y’umuntu iri muri we? Muri ubwo buryo nyene, nta n’umwe yamenye ibintu vy’Imana atari impwemu+ y’Imana.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika