ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 10:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Araheza ambwira ati:

      “Ewe Daniyeli, muntu uhimbaye cane+, nutegere amajambo ngira nkubwire+, uhagarare aho wari uhagaze, kuko ubu ndungitswe kuri wewe.”

      Ambwiye iryo jambo, ndahaguruka nsusumira.

  • Daniyeli 10:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Araheza avuga ati: “Ntutinye+, ewe muntu ahimbaye cane+! Gira amahoro+. Nukomere, emwe, ukomere+.” Akivugana nanje, ndinanata, ndaheza mvuga nti: “Umukama wanje navuge+, kuko unkomeje+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika