Zaburi 50:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Numpamagare ku musi w’amarushwa+.Nzogutabara, nawe uzoninahaza+.” Zaburi 145:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ibikorwa vyawe vyose bizoguhaya, ewe Yehova+,Kandi intahemuka zawe bazoguhezagira+.