ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 29:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Hanyuma Dawidi abwira ishengero ryose+ ati: “Nimuhezagire+ rero Yehova Imana yanyu.” Nuko ishengero ryose rihezagira Yehova Imana ya ba sekuruza babo, barunama+, bakubita inkoro hasi+ imbere ya Yehova n’imbere y’umwami.

  • Zaburi 34:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Nzohezagira Yehova ibihe vyose+;

      Ishemezo ryiwe rizokwama mu kanwa kanje+.

  • Zaburi 72:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Hahezagirwe Yehova Imana, ya Mana ya Isirayeli+,

      We wenyene akora ibikorwa vy’agatangaza+.

  • Zaburi 113:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Izina rya Yehova riragahezagirwa+

      Kuva ubu no gushika igihe kitagira urugero+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika