1 Ngoma 29:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ubukuru+ n’ubushobozi+ n’ubwiza+ n’ukuba agahebuza+ n’iteka+ ni ivyawe, ewe Yehova; kuko ikintu cose mu majuru no mw’isi ari icawe+. Ubwami ni ubwawe+, ewe Yehova, wewe mukuru ari hejuru ya vyose*+. Yobu 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Iwe ni ho habarizwa ubukerebutsi n’ubushobozi+;Ni we afise impanuro n’ugutegera+. Zaburi 147:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umukama wacu arahambaye kandi agwije ububasha+;Ugutegera kwiwe ntigushobora kudondwa+. Yeremiya 32:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umwe agirira ubuntu bwuzuye urukundo ibihumbi+, kandi akishura ikosa rya ba se mu gikiriza c’abahungu babo mu nyuma zabo+, wewe Mana y’ukuri, Umwe ahambaye+, Umwe w’umunyabushobozi+, Yehova nyen’ingabo+ akaba ari ryo zina ryiwe+,
11 Ubukuru+ n’ubushobozi+ n’ubwiza+ n’ukuba agahebuza+ n’iteka+ ni ivyawe, ewe Yehova; kuko ikintu cose mu majuru no mw’isi ari icawe+. Ubwami ni ubwawe+, ewe Yehova, wewe mukuru ari hejuru ya vyose*+.
18 Umwe agirira ubuntu bwuzuye urukundo ibihumbi+, kandi akishura ikosa rya ba se mu gikiriza c’abahungu babo mu nyuma zabo+, wewe Mana y’ukuri, Umwe ahambaye+, Umwe w’umunyabushobozi+, Yehova nyen’ingabo+ akaba ari ryo zina ryiwe+,