1 Abami 8:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 uze rero wumve uri mu majuru, ahantu hashimangiye uba+, isengesho ryabo n’ugusaba ubutoni kwabo, maze ushitse urubanza ku bwabo+, Ivyakozwe 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Koruneliyo amuhanga amaso, agira ubwoba, avuga ati: “Ni iki ga Mukama?” Na we amubwira ati: “Amasengesho yawe+ n’imfashanyo uha aboro vyaduze nk’icibutso imbere y’Imana+.
49 uze rero wumve uri mu majuru, ahantu hashimangiye uba+, isengesho ryabo n’ugusaba ubutoni kwabo, maze ushitse urubanza ku bwabo+,
4 Koruneliyo amuhanga amaso, agira ubwoba, avuga ati: “Ni iki ga Mukama?” Na we amubwira ati: “Amasengesho yawe+ n’imfashanyo uha aboro vyaduze nk’icibutso imbere y’Imana+.