Imigani 15:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ikimazi c’ababisha ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo isengesho ry’abagororotse riramuhimbara+. Imigani 15:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Yehova ari kure y’ababisha+, mugabo yumva isengesho ry’abagororotsi+. Daniyeli 9:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ugitangura kwinginga hari ijambo ryasohotse, nanje nkaba nzanywe no kurikumenyesha, kuko uri umuntu ahimbaye cane+. Niwitwararike+ rero iki kintu, kandi utegere ico ubona.
8 Ikimazi c’ababisha ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo isengesho ry’abagororotse riramuhimbara+.
23 Ugitangura kwinginga hari ijambo ryasohotse, nanje nkaba nzanywe no kurikumenyesha, kuko uri umuntu ahimbaye cane+. Niwitwararike+ rero iki kintu, kandi utegere ico ubona.