Yesaya 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Araheza ankora ku munwa+, avuga ati: “Raba! Iki kirakoze ku minwa yawe, kandi ikosa ryawe ryagiye, n’igicumuro cawe kirahongewe+.” Yeremiya 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova aca atuma ukuboko kwiwe agukoza ku munwa wanje+. Maze Yehova ambwira ati: “Ehe nshize amajambo yanje mu kanwa kawe+.
7 Araheza ankora ku munwa+, avuga ati: “Raba! Iki kirakoze ku minwa yawe, kandi ikosa ryawe ryagiye, n’igicumuro cawe kirahongewe+.”
9 Yehova aca atuma ukuboko kwiwe agukoza ku munwa wanje+. Maze Yehova ambwira ati: “Ehe nshize amajambo yanje mu kanwa kawe+.