Ezekiyeli 33:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ico gihe ukuboko kwa Yehova kwari kwanjeko ku mugoroba imbere y’uko uwo yacitse kw’icumu aza+, maze Imana iteranura akanwa kanje imbere y’uko uwo muntu aza aho ndi mu gitondo, akanwa kanje karateranuka, sinasubira kuba ikiragi+.
22 Ico gihe ukuboko kwa Yehova kwari kwanjeko ku mugoroba imbere y’uko uwo yacitse kw’icumu aza+, maze Imana iteranura akanwa kanje imbere y’uko uwo muntu aza aho ndi mu gitondo, akanwa kanje karateranuka, sinasubira kuba ikiragi+.