Yosuwa 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Na we avuga ati: “Oya, ahubwo jewe ubu naje bwa mukuru w’ingabo za Yehova+.” Yosuwa aca yubarara hasi+, akubita inkoro hasi maze amubwira ati: “Umukama wanje agira abwire iki umusavyi wiwe?” Daniyeli 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nayo jewe, ndumva, ariko sinategera+, bituma mvuga nti: “Ewe mukama wanje, mbega ikiringo ca nyuma c’ivyo bintu kizoba ikihe+?”
14 Na we avuga ati: “Oya, ahubwo jewe ubu naje bwa mukuru w’ingabo za Yehova+.” Yosuwa aca yubarara hasi+, akubita inkoro hasi maze amubwira ati: “Umukama wanje agira abwire iki umusavyi wiwe?”
8 Nayo jewe, ndumva, ariko sinategera+, bituma mvuga nti: “Ewe mukama wanje, mbega ikiringo ca nyuma c’ivyo bintu kizoba ikihe+?”