Daniyeli 10:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko nsigara ndi jenyene, ndaheza mbona ukwo kubonekerwa gukomeye. Ntihagira inkomezi na nkeya zinsigaramwo, iteka ryanje rirahinduka, rirakamangana, sinasigarana inkomezi na nkeya+.
8 Nuko nsigara ndi jenyene, ndaheza mbona ukwo kubonekerwa gukomeye. Ntihagira inkomezi na nkeya zinsigaramwo, iteka ryanje rirahinduka, rirakamangana, sinasigarana inkomezi na nkeya+.