Ezekiyeli 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi abari irya n’ino yiwe bo kumutabara, be n’inteko ziwe zose, nzobasanzariza mu miyaga yose+; kandi nzosokora inkota inyuma yabo+. Ezekiyeli 17:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nayo impunzi ziwe zose zo mu nteko ziwe zose, zizogwishwa n’inkota, abasigaye na bo bashwiragizwe mu miyaga yose+. Kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe Yehova nabivuze+.”’
14 Kandi abari irya n’ino yiwe bo kumutabara, be n’inteko ziwe zose, nzobasanzariza mu miyaga yose+; kandi nzosokora inkota inyuma yabo+.
21 Nayo impunzi ziwe zose zo mu nteko ziwe zose, zizogwishwa n’inkota, abasigaye na bo bashwiragizwe mu miyaga yose+. Kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe Yehova nabivuze+.”’