Daniyeli 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Inyuma y’ivyo, mbandanya kwitegereza, maze ehe raba, ikindi gikoko, kimeze nk’ingwe+, mugabo ku mugongo waco cari gifise amababa ane y’ikiremwa kiguruka. Nya gikoko cari gifise imitwe ine+; gihabwa ubutware koko. Daniyeli 8:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nya suguru y’impene irihambaza+ bimwe birenze; mugabo ikimara kugira inkomezi, rya hembe rinini riravunwa, mu kibanza caryo hanaga amahembe ane mu buryo bwibonekeje, yerekeje kuri ya miyaga ine y’amajuru+. Daniyeli 8:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kandi ko iryo hembe ryavunywe, amaherezo mu kibanza caryo hagahaguruka ane+, hazohaguruka ubwami bune buvuye mw’ihanga ryiwe, mugabo budafise ububasha nk’ubwiwe.
6 “Inyuma y’ivyo, mbandanya kwitegereza, maze ehe raba, ikindi gikoko, kimeze nk’ingwe+, mugabo ku mugongo waco cari gifise amababa ane y’ikiremwa kiguruka. Nya gikoko cari gifise imitwe ine+; gihabwa ubutware koko.
8 Nya suguru y’impene irihambaza+ bimwe birenze; mugabo ikimara kugira inkomezi, rya hembe rinini riravunwa, mu kibanza caryo hanaga amahembe ane mu buryo bwibonekeje, yerekeje kuri ya miyaga ine y’amajuru+.
22 Kandi ko iryo hembe ryavunywe, amaherezo mu kibanza caryo hagahaguruka ane+, hazohaguruka ubwami bune buvuye mw’ihanga ryiwe, mugabo budafise ububasha nk’ubwiwe.