Daniyeli 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umwami atangura kuvugana na bo, kandi muri abo bose ntihaboneka uwumeze nka Daniyeli na Hananiya na Mishaheli na Azariya+; babandanya guhagarara imbere y’umwami+. Daniyeli 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko Daniyeli arinjira, asaba umwami ko yomuha umwanya, kugira azoze kwereka umwami nya nsobanuro+.
19 Umwami atangura kuvugana na bo, kandi muri abo bose ntihaboneka uwumeze nka Daniyeli na Hananiya na Mishaheli na Azariya+; babandanya guhagarara imbere y’umwami+.
16 Nuko Daniyeli arinjira, asaba umwami ko yomuha umwanya, kugira azoze kwereka umwami nya nsobanuro+.