6 Aba ni bo bana b’intara y’ubutware+ baduze bavuye iyo abajanywe ari inyagano+ bari baragiriwe imbohe, abo Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni yari yarajanye mu bunyagano+ maze mu nyuma bagasubira i Yeruzalemu no muri Yuda, umwe wese mu gisagara ciwe+,