ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 8:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nuko aza iruhande y’aho nari mpagaze, mugabo aje, ntekerwa n’ubwoba, nca ngwa nubamye. Araheza ambwira ati: “Tegera+ mwana w’umuntu+, yuko iryo yerekwa ari iry’igihe c’iherezo+.”

  • Daniyeli 12:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Yongera kuvuga ati: “Genda Daniyeli, kuko aya majambo yagizwe akabanga kandi akabikwa nk’ayadomweko ikidodo gushika mu gihe c’iherezo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika