Zaburi 97:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Umuco ubwawo warabije ku bw’umugororotsi+,Umunezero na wo ku bw’abantu b’umutima ugororotse+. Yesaya 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ku musozi mweranda wanje wose+, nta kizokora inabi+ canke ngo kigire ico cononye; kuko isi izokwuzura koko ubumenyi bwa Yehova nk’uko amazi apfutse ikiyaga+. Yesaya 58:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 niwaha uwushonje ico wipfuza, ugahaza uwuhahazwa+, umuco wawe rero ntuzobura kurabiriza mu mwiza, n’umuzimagiza wawe ukamera nk’umutaga+. Ivyahishuwe 22:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kandi impwemu+ na wa mugeni+ biguma bivuga biti: “Ingo!” Kandi uwo wese yumva navuge ati: “Ingo+!” Kandi uwo wese anyotewe naze+; uwo wese ashaka niyakire amazi y’ubuzima ku buntu+.
9 Ku musozi mweranda wanje wose+, nta kizokora inabi+ canke ngo kigire ico cononye; kuko isi izokwuzura koko ubumenyi bwa Yehova nk’uko amazi apfutse ikiyaga+.
10 niwaha uwushonje ico wipfuza, ugahaza uwuhahazwa+, umuco wawe rero ntuzobura kurabiriza mu mwiza, n’umuzimagiza wawe ukamera nk’umutaga+.
17 Kandi impwemu+ na wa mugeni+ biguma bivuga biti: “Ingo!” Kandi uwo wese yumva navuge ati: “Ingo+!” Kandi uwo wese anyotewe naze+; uwo wese ashaka niyakire amazi y’ubuzima ku buntu+.