Zaburi 74:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ewe Mana, umurwanizi azoguma agusiga iceyi kugeza ryari+?Mbega umwansi azoguma agaya izina ryawe ibihe bidahera+? Ivyahishuwe 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze basemerera n’ijwi rirenga, bavuga bati: “Uzogeza ryari ga Mukama Segaba+ mweranda kandi w’ukuri+, kureka guca urubanza+ no guhora amaraso+ yacu ababa kw’isi?”
10 Ewe Mana, umurwanizi azoguma agusiga iceyi kugeza ryari+?Mbega umwansi azoguma agaya izina ryawe ibihe bidahera+?
10 Maze basemerera n’ijwi rirenga, bavuga bati: “Uzogeza ryari ga Mukama Segaba+ mweranda kandi w’ukuri+, kureka guca urubanza+ no guhora amaraso+ yacu ababa kw’isi?”