Ivyahishuwe 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Inyuma y’ivyo, ngize ntya mbona umuryango wuguruye mw’ijuru, kandi ijwi rya mbere numvise ryari nk’iry’urumbete+, rivugana nanje, riti: “Duga hano+, nkwereke ibintu bitegerezwa kuba+.”
4 Inyuma y’ivyo, ngize ntya mbona umuryango wuguruye mw’ijuru, kandi ijwi rya mbere numvise ryari nk’iry’urumbete+, rivugana nanje, riti: “Duga hano+, nkwereke ibintu bitegerezwa kuba+.”