ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 2:45
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 narirya wabonye yuko ibuye ryasituwe ku musozi, ridasituwe n’amaboko+, rikajanjagura ca cuma, wa mujumpu, rya bumba ribumbabumvye, ya feza na ya nzahabu+. Ya Mana Ihambaye+ ni yo yamenyesheje umwami ibibwirizwa kuba mu nyuma+. Iyo ndoto ni iyo kwizerwa, n’insobanuro yayo ni iyo kwizigirwa+.”

  • Daniyeli 7:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Maze ahabwa ubutware+ n’iteka+ n’ubwami+, kugira ngo ibisata vy’abantu, imiryango y’amahanga n’indimi vyose bimukorere+. Ubutware bwiwe ni ubutware bwamaho igihe kitagira urugero, butazovaho; ubwami bwiwe na bwo ni ubutazosenyurwa+.

  • Daniyeli 7:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 “‘Maze ubwami n’ubutware n’ubukuru bw’ubwami buri munsi y’amajuru yose, bihabwa abantu beranda ba Rudasumbwa+. Ubwami bwabo ni ubwami bwamaho igihe kitagira urugero+, kandi ubutware bwose ni bo buzokorera, bubagamburukire+.’

  • Ivyahishuwe 12:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Maze yibaruka umwana w’umuhungu+, uw’igitsina-gabo, uwuzoragiza amahanga yose inkoni y’icuma+. Nya mwana wiwe aca ajanwa ku Mana no ku ntebe y’ubwami yayo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika